Guharura 13:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Kalebu aca agerageza guhoyahoya abo bantu bari bahagaze imbere ya Musa, ababwira ati: «Ingo tuduge ubu nyene kandi nta kabuza turahigarurira. Turashobora kubatsinda+!»
30 Kalebu aca agerageza guhoyahoya abo bantu bari bahagaze imbere ya Musa, ababwira ati: «Ingo tuduge ubu nyene kandi nta kabuza turahigarurira. Turashobora kubatsinda+!»