Guharura 14:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Mugabo umusavyi wanje Kalebu+, kubera yuko atabaye nka bo* kandi akaguma ankurikira n’umutima wiwe wose, nzomushikana koko mu gihugu yagiyemwo, kandi uruvyaro rwiwe ruzocigarurira+.
24 Mugabo umusavyi wanje Kalebu+, kubera yuko atabaye nka bo* kandi akaguma ankurikira n’umutima wiwe wose, nzomushikana koko mu gihugu yagiyemwo, kandi uruvyaro rwiwe ruzocigarurira+.