Guharura 14:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Hanyuma bavyuka kare mu gitondo, bagerageza kuduga hejuru mu misozi, bavuga bati: «Twacumuye, ariko tugira tuje mu gihugu Yehova yadusezeraniye+.»
40 Hanyuma bavyuka kare mu gitondo, bagerageza kuduga hejuru mu misozi, bavuga bati: «Twacumuye, ariko tugira tuje mu gihugu Yehova yadusezeraniye+.»