Guharura 14:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Muzosanga Abamaleki n’Abanyakanani babarindiriye+ kandi bazobamarisha inkota. Ko mwanse gukurikira Yehova, Yehova na we ntazojana namwe+.»
43 Muzosanga Abamaleki n’Abanyakanani babarindiriye+ kandi bazobamarisha inkota. Ko mwanse gukurikira Yehova, Yehova na we ntazojana namwe+.»