3 hanyuma mugaha Yehova ishikanwa bashikanisha umuriro mukuye mu bitungwa kugira ribe akamoto kamotera neza Yehova+ (ryaba ari ishikanwa riturirwa+, ikimazi co gushitsa indagano idasanzwe, ishikanwa mutanga muvyishakiye+ canke iryo mutanga mu biringo vy’imisi mikuru yanyu+),