Guharura 16:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko bakoranira hamwe kugira barwanye+ Musa na Aroni, bababwira bati: «Ivyanyu turabihaze! Ishengero ryose ni ryeranda+, bose uko bangana, kandi Yehova ari hagati yabo+. Kuki none mwiduza hejuru y’ishengero rya Yehova?» Guharūra Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:3 Umunara w’Inderetsi,15/10/2012, rup. 131/8/2000, rup. 22
3 Nuko bakoranira hamwe kugira barwanye+ Musa na Aroni, bababwira bati: «Ivyanyu turabihaze! Ishengero ryose ni ryeranda+, bose uko bangana, kandi Yehova ari hagati yabo+. Kuki none mwiduza hejuru y’ishengero rya Yehova?»