-
Guharura 17:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Bukeye, Musa yinjira muri rya hema ririmwo isandugu y’isezerano, asanga inkoni ya Aroni yatanzwe n’umuryango wa Lewi yanaze. Yari yanaze, iriko amashurwe na shakedi zihiye.
-