Guharura 18:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Bazokora ibikorwa ubajeje hamwe n’ibikorwa vyose vyo kw’ihema+, ariko ntibakwiye kwegera ibikoresho vy’ahantu heranda n’igicaniro kugira ntibapfe canke ngo namwe mupfe+.
3 Bazokora ibikorwa ubajeje hamwe n’ibikorwa vyose vyo kw’ihema+, ariko ntibakwiye kwegera ibikoresho vy’ahantu heranda n’igicaniro kugira ntibapfe canke ngo namwe mupfe+.