Guharura 18:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Abalewi na bo ndabahaye ic’icumi+ c’ivyimburwa vyose muri Isirayeli. Ni umugabane* wabo ku bw’ibikorwa bakora kw’ihema ry’ibonaniro.
21 Abalewi na bo ndabahaye ic’icumi+ c’ivyimburwa vyose muri Isirayeli. Ni umugabane* wabo ku bw’ibikorwa bakora kw’ihema ry’ibonaniro.