Guharura 18:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Abalewi ni bo bazokora ibikorwa vyo kw’ihema ry’ibonaniro, kandi ni bo bazobazwa amakosa abantu bazokora+. Ntibazotorana mu Bisirayeli: iryo ni itegeko ryamaho uko urunganwe* rwanyu ruzogenda rurakurikirana+.
23 Abalewi ni bo bazokora ibikorwa vyo kw’ihema ry’ibonaniro, kandi ni bo bazobazwa amakosa abantu bazokora+. Ntibazotorana mu Bisirayeli: iryo ni itegeko ryamaho uko urunganwe* rwanyu ruzogenda rurakurikirana+.