Guharura 20:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Musa araheza yambura Aroni impuzu ziwe, azambika Eleyazari umuhungu wiwe. Inyuma y’ivyo, Aroni apfira ng’aho kw’isonga ry’umusozi+. Musa na Eleyazari baca baramanuka bava kuri uwo musozi.
28 Musa araheza yambura Aroni impuzu ziwe, azambika Eleyazari umuhungu wiwe. Inyuma y’ivyo, Aroni apfira ng’aho kw’isonga ry’umusozi+. Musa na Eleyazari baca baramanuka bava kuri uwo musozi.