Guharura 22:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Abanyamowabu baca baratinya cane Abisirayeli kuko bari benshi cane. Emwe, baratekerwa n’ubwoba kubera bo+.
3 Abanyamowabu baca baratinya cane Abisirayeli kuko bari benshi cane. Emwe, baratekerwa n’ubwoba kubera bo+.