Guharura 22:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Abanyamowabu baca babwira abashingantahe b’i Midiyani+ bati: «Iri sinzi rizorigata igihugu cacu nka kurya impfizi y’inka irigata ubwatsi.» Ico gihe Balaki umuhungu wa Zipori yari umwami wa Mowabu.
4 Abanyamowabu baca babwira abashingantahe b’i Midiyani+ bati: «Iri sinzi rizorigata igihugu cacu nka kurya impfizi y’inka irigata ubwatsi.» Ico gihe Balaki umuhungu wa Zipori yari umwami wa Mowabu.