-
Guharura 22:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Iyo ndogobwa ibonye umumarayika wa Yehova ahagaze mu nzira afise inkota mu minwe, ica ishaka kuva mu nzira ngo ikatire mu murima. Balamu aca atangura kuyikubita kugira igaruke mu nzira.
-