-
Guharura 22:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 Hanyuma uwo mumarayika wa Yehova aragenda, ahagarara mu kayira gakikujwe n’impome z’amabuye gaca hagati y’imirima ibiri y’imizabibu.
-