-
Guharura 22:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Iyo ndogobwa ibonye uwo mumarayika wa Yehova, ica yibanda ku ruhome maze ifyondera ukuguru kwa Balamu kuri rwo. Balamu aca asubira kuyikubita.
-