Guharura 22:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Iyo ndogobwa yambonye ica igerageza kumpunga izo ncuro zitatu zose+. Iyo itaba yampunze, mba nakwishe ariko yo nkayireka.»
33 Iyo ndogobwa yambonye ica igerageza kumpunga izo ncuro zitatu zose+. Iyo itaba yampunze, mba nakwishe ariko yo nkayireka.»