-
Guharura 22:35Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
35 Ariko umumarayika wa Yehova amwishura ati: «Jana n’abo bagabo ariko uzovuge ivyo nzokubwira gusa.» Nuko Balamu abandanya urugendo ari kumwe n’abo baganwa batumwe na Balaki.
-