Guharura 23:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Hanyuma Imana ibonekera Balamu+, na we ayibwira ati: «Natondetse ibicaniro indwi, kandi nashikanye impfizi y’inka n’impfizi y’intama ku gicaniro kimwekimwe cose.»
4 Hanyuma Imana ibonekera Balamu+, na we ayibwira ati: «Natondetse ibicaniro indwi, kandi nashikanye impfizi y’inka n’impfizi y’intama ku gicaniro kimwekimwe cose.»