Guharura 23:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Balaki aca amubwira ati: «Ndakwinginze uze tujane ahandi ushobora kubabona. Uza kubona igice cabo gusa, ntubabona bose. Uheze ubamvumire uri ng’aho+.»
13 Balaki aca amubwira ati: «Ndakwinginze uze tujane ahandi ushobora kubabona. Uza kubona igice cabo gusa, ntubabona bose. Uheze ubamvumire uri ng’aho+.»