Guharura 23:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yehova aca abonekera Balamu, amutegeka ivyo aza kuvuga+. Hanyuma amubwira ati: «Subira kwa Balaki, kandi ivyo abe ari vyo umubwira.»
16 Yehova aca abonekera Balamu, amutegeka ivyo aza kuvuga+. Hanyuma amubwira ati: «Subira kwa Balaki, kandi ivyo abe ari vyo umubwira.»