Guharura 23:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ntiyihanganira ivyogirira nabi* Yakobo,ntiyemera ko Isirayeli ashikirwa n’ivyago. Yehova Imana yabo* ari kumwe na bo+,kandi barasamiriza impundu ko ari umwami wabo.
21 Ntiyihanganira ivyogirira nabi* Yakobo,ntiyemera ko Isirayeli ashikirwa n’ivyago. Yehova Imana yabo* ari kumwe na bo+,kandi barasamiriza impundu ko ari umwami wabo.