-
Guharura 29:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Muzobitangana n’ishikanwa ryavyo ry’intete hamwe n’amashikanwa y’ibinyobwa y’izo shuri, izo mpfizi z’intama n’iyo myagazi y’intama. Muzobitanga mwisunze igitigiri cavyo nk’uko bisabwa n’amategeko.
-