Guharura 29:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ku musi ugira indwi, muzoshikana ishuri 7, impfizi z’intama 2 n’imyagazi y’intama 14 umwumwe wose umaze umwaka. Vyose bikwiye kuba bitagira akanenge+.
32 Ku musi ugira indwi, muzoshikana ishuri 7, impfizi z’intama 2 n’imyagazi y’intama 14 umwumwe wose umaze umwaka. Vyose bikwiye kuba bitagira akanenge+.