Guharura 29:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Muzotanga n’umwagazi w’impene w’ishikanwa ry’igicumuro. Ivyo vyose bizoza vyiyongera kw’ishikanwa riturirwa ryamaho be n’ishikanwa ryaryo ry’intete hamwe no kw’ishikanwa ryaryo ry’ikinyobwa+.
34 Muzotanga n’umwagazi w’impene w’ishikanwa ry’igicumuro. Ivyo vyose bizoza vyiyongera kw’ishikanwa riturirwa ryamaho be n’ishikanwa ryaryo ry’intete hamwe no kw’ishikanwa ryaryo ry’ikinyobwa+.