Guharura 31:52 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 52 Inzahabu zose abakuru b’ibihumbi n’abakuru b’amajana bahaye Yehova zangana na shekeli* 16.750.