Guharura 31:54 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 54 Nuko Musa na Eleyazari umuherezi bakira inzahabu zitanzwe n’abo bakuru b’ibihumbi n’abakuru b’amajana. Baca bazishira mw’ihema ry’ibonaniro kugira Abisirayeli baze baribuka* ingene Yehova yabafashije.
54 Nuko Musa na Eleyazari umuherezi bakira inzahabu zitanzwe n’abo bakuru b’ibihumbi n’abakuru b’amajana. Baca bazishira mw’ihema ry’ibonaniro kugira Abisirayeli baze baribuka* ingene Yehova yabafashije.