Guharura 32:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mu nyuma begera Musa, bamubwira bati: «Tureke twubakire ibitungwa vyacu impongore* z’amabuye hamwe n’ibisagara vy’abana bacu.
16 Mu nyuma begera Musa, bamubwira bati: «Tureke twubakire ibitungwa vyacu impongore* z’amabuye hamwe n’ibisagara vy’abana bacu.