Guharura 32:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 gushika mwigaruriye ico gihugu imbere ya Yehova+, muzoheza mugaruke+ kandi nta caha kizobagira imbere ya Yehova n’Abisirayeli. Iki gihugu rero kizoca kiba rwanyu imbere ya Yehova+.
22 gushika mwigaruriye ico gihugu imbere ya Yehova+, muzoheza mugaruke+ kandi nta caha kizobagira imbere ya Yehova n’Abisirayeli. Iki gihugu rero kizoca kiba rwanyu imbere ya Yehova+.