Guharura 34:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 kuko umuryango w’Abarubeni, uw’Abagadi n’igice c’umuryango wa Manase yamaze kuronka intoranwa yayo+, hisunzwe imigwi mikurumikuru igize imiryango yabo.
14 kuko umuryango w’Abarubeni, uw’Abagadi n’igice c’umuryango wa Manase yamaze kuronka intoranwa yayo+, hisunzwe imigwi mikurumikuru igize imiryango yabo.