Gusubira mu vyagezwe 1:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Mwumva turiko tuja he? Erega benewacu baturanduye umutima*+, batubwira ngo: ‘Abantu baho ni barebare kuturuta kandi baraturusha inguvu. Ibisagara vyabo ni binini kandi bikingijwe impome gushika kw’ijuru*+. Twarabonyeyo n’abakomoka kuri Anaki+.’” Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:28 Umunara w’Inderetsi,15/8/2013, rup. 11
28 Mwumva turiko tuja he? Erega benewacu baturanduye umutima*+, batubwira ngo: ‘Abantu baho ni barebare kuturuta kandi baraturusha inguvu. Ibisagara vyabo ni binini kandi bikingijwe impome gushika kw’ijuru*+. Twarabonyeyo n’abakomoka kuri Anaki+.’”