Gusubira mu vyagezwe 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Tegeka abantu uti: ‘Mugira muce hafi y’urubibe rwa benewanyu bakomoka kuri Esawu+ baba i Seyiri+ kandi bazobatinya+. Mubwirizwa kwiyubara cane.
4 Tegeka abantu uti: ‘Mugira muce hafi y’urubibe rwa benewanyu bakomoka kuri Esawu+ baba i Seyiri+ kandi bazobatinya+. Mubwirizwa kwiyubara cane.