Gusubira mu vyagezwe 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yehova yaciye ambwira ati: “Ntimusomborotse Abanyamowabu canke ngo murwane na bo, kuko ntazobaha ku gihugu cabo. Ari* nayihaye abakomoka kuri Loti ngo ibe rwabo+.
9 Yehova yaciye ambwira ati: “Ntimusomborotse Abanyamowabu canke ngo murwane na bo, kuko ntazobaha ku gihugu cabo. Ari* nayihaye abakomoka kuri Loti ngo ibe rwabo+.