Gusubira mu vyagezwe 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 (Kera cabamwo Abemimu+. Bari abantu benshi, bakomeye kandi bari barebare nk’abakomoka kuri Anaki.