Gusubira mu vyagezwe 2:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nimwaca iruhande y’Abamoni, ntimuze kubatoteza canke ngo mubasomborotse kuko ntazobaha ku gihugu cabo. Naramaze kugiha abakomoka kuri Loti ngo kibe rwabo+.
19 Nimwaca iruhande y’Abamoni, ntimuze kubatoteza canke ngo mubasomborotse kuko ntazobaha ku gihugu cabo. Naramaze kugiha abakomoka kuri Loti ngo kibe rwabo+.