Gusubira mu vyagezwe 2:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Bari abantu benshi, bakomeye kandi bari barebare nk’abakomoka kuri Anaki+. Ariko Yehova yarafashije Abamoni kubatikiza, barabomora maze baba mu gihugu cabo.
21 Bari abantu benshi, bakomeye kandi bari barebare nk’abakomoka kuri Anaki+. Ariko Yehova yarafashije Abamoni kubatikiza, barabomora maze baba mu gihugu cabo.