Gusubira mu vyagezwe 2:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Abavimu na bo bari bahoze baba mu bigwati vyo mu karere ka Gaza+, gushika Abakafutorimu+ babatikije baca baba mu kibanza cabo. Abakafutorimu bari baje bava i Kafutori*.)
23 Abavimu na bo bari bahoze baba mu bigwati vyo mu karere ka Gaza+, gushika Abakafutorimu+ babatikije baca baba mu kibanza cabo. Abakafutorimu bari baje bava i Kafutori*.)