Gusubira mu vyagezwe 2:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Ico gihe twaciye dufata ibisagara vyiwe vyose, dutikiza ibisagara vyose, abagabo, abagore hamwe n’abana. Nta n’umwe yarokotse+.
34 Ico gihe twaciye dufata ibisagara vyiwe vyose, dutikiza ibisagara vyose, abagabo, abagore hamwe n’abana. Nta n’umwe yarokotse+.