-
Gusubira mu vyagezwe 3:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Ivyo bisagara vyose vyari bikingijwe impome ndende, imiryango n’ivyugazo. Twarabatwaye n’ibisagara vyinshi cane bitari bizitiye.
-