Gusubira mu vyagezwe 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abarubeni n’Abagadi+ nabahaye kuva i Gileyadi gushika mu mubande wa Arunoni (urubibe rwabo rukaba ruri hagati muri uwo mubande) kubandanya gushika kuri Yaboki (umwonga uri ku rubibe rw’Abamoni).
16 Abarubeni n’Abagadi+ nabahaye kuva i Gileyadi gushika mu mubande wa Arunoni (urubibe rwabo rukaba ruri hagati muri uwo mubande) kubandanya gushika kuri Yaboki (umwonga uri ku rubibe rw’Abamoni).