Gusubira mu vyagezwe 4:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Yarirukanye imbere yanyu amahanga manini kandi akomeye kubarusha, kugira abazane mu gihugu cayo akibahe kibe intoranwa yanyu, nk’uko biri uyu musi+.
38 Yarirukanye imbere yanyu amahanga manini kandi akomeye kubarusha, kugira abazane mu gihugu cayo akibahe kibe intoranwa yanyu, nk’uko biri uyu musi+.