Gusubira mu vyagezwe 4:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 kugira ngo uwishe mugenziwe atabishaka kandi atari asanzwe amwanka+, ace ahungira muri kimwe muri ivyo bisagara maze abandanye kubaho+.
42 kugira ngo uwishe mugenziwe atabishaka kandi atari asanzwe amwanka+, ace ahungira muri kimwe muri ivyo bisagara maze abandanye kubaho+.