Gusubira mu vyagezwe 6:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Muze muyabohere ku maboko yanyu kugira muze murayibuka, kandi ategerezwa kuba nk’ikimenyetso* mu ruhanga rwanyu*+. Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:8 Umunara w’Inderetsi,1/4/2005, rup. 12-1315/9/2004, rup. 26
8 Muze muyabohere ku maboko yanyu kugira muze murayibuka, kandi ategerezwa kuba nk’ikimenyetso* mu ruhanga rwanyu*+.