Gusubira mu vyagezwe 6:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Mukwiye gukora ibintu vyiza kandi bigororotse mu maso ya Yehova kugira muroranirwe mwongere mwigarurire igihugu ciza Yehova yarahiye ba sokuruza banyu+,
18 Mukwiye gukora ibintu vyiza kandi bigororotse mu maso ya Yehova kugira muroranirwe mwongere mwigarurire igihugu ciza Yehova yarahiye ba sokuruza banyu+,