-
Gusubira mu vyagezwe 6:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Muri kazoza, abana banyu nibababaza bati: “Kubera iki Yehova Imana yacu yabahaye ibi vyibutswa, aya mategeko n’izi ngingo?”
-