Gusubira mu vyagezwe 6:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Yehova yaciye adutegeka gukurikiza aya mabwirizwa yose no gutinya Yehova Imana yacu kugira twame turoranirwa+ kandi tubandanye kubaho+ nk’uko biri uno musi.
24 Yehova yaciye adutegeka gukurikiza aya mabwirizwa yose no gutinya Yehova Imana yacu kugira twame turoranirwa+ kandi tubandanye kubaho+ nk’uko biri uno musi.