Gusubira mu vyagezwe 6:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nitwagamburukira Yehova Imana yacu mu gukurikiza neza aya mabwirizwa yose nk’uko yabidutegetse+, azobona ko turi abagororotsi.”
25 Nitwagamburukira Yehova Imana yacu mu gukurikiza neza aya mabwirizwa yose nk’uko yabidutegetse+, azobona ko turi abagororotsi.”