Gusubira mu vyagezwe 7:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ntimuze mwunge ubucuti bwo guhana abageni*. Abakobwa banyu ntimuze mubahe abahungu babo kandi n’abahungu banyu ntimuze mubasabire abakobwa babo+.
3 Ntimuze mwunge ubucuti bwo guhana abageni*. Abakobwa banyu ntimuze mubahe abahungu babo kandi n’abahungu banyu ntimuze mubasabire abakobwa babo+.