Gusubira mu vyagezwe 7:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Azobakunda, abahezagire yongere abagwize. Emwe, azobahezagira muronke abana benshi*+, ivyimburwa, intete, umuvinyu mushasha, amavuta+, imitavu y’inka n’imyagazi y’intama mu gihugu yarahiye ba sokuruza banyu ko azokibaha+.
13 Azobakunda, abahezagire yongere abagwize. Emwe, azobahezagira muronke abana benshi*+, ivyimburwa, intete, umuvinyu mushasha, amavuta+, imitavu y’inka n’imyagazi y’intama mu gihugu yarahiye ba sokuruza banyu ko azokibaha+.