Gusubira mu vyagezwe 7:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Muzohezagirwa cane mu yandi mahanga yose+. Nta mugabo canke umugore wo muri mwebwe azoba ingumba, kandi n’ibitungwa vyanyu ntibizoba ingumba+.
14 Muzohezagirwa cane mu yandi mahanga yose+. Nta mugabo canke umugore wo muri mwebwe azoba ingumba, kandi n’ibitungwa vyanyu ntibizoba ingumba+.